Uwutaganiriye na se ntamenya ico sekuru yasize avuze [ Imyibutsa y'ikirundi]
Ikirundi ku ngurukanabumenyi

Niba wipfuza guterera ivyiyumviro uyu mugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi canke ukaba ufise ikibazo canke ibibazo kuri uyu mugambi, canke kandi hakaba hari nk'amakosa wabonye turungikire ubutumwa bwanditse canke uduhamagre.

Murakoze!


ikirundi@yahoo.com.au
+61469365309

Ibindi



GUKARISHA UBWENGE






Abărōngōye Uburŭndi


Muradutunga

Turacari mu bikorwa vyo gutunganya «IKIRUNDI KU NGURUKANABUMENYI» twongera dutororokanya ivyigwa, imigenzo, imigani, n'ibindi vyinshi bijanye n'ikirundi, Abarundi n'Uburundi.

Si igikorwa coroshe cane! Kubw'iyo mpamvu hariho vyinshi tutarashira ng'aha ku ngurukanabumenyi.

Muraheza mutwihanganire! Bukebuke bukomeza igihonyi, mu misi ya vuba bizoba vyabashikiriye.