Rindira gato...

INDIRIMBO ZO HIRYA NO HINO

INDIRIMBO ZO HIRYA NO HINO


INDIRIMBO ZO HIRYA NO HINO ni umwe mu migambi myinshi y'IKIRUNDI KU NGURUKANABUMENYI ufise intumbero yo kubegeraniriza indirimbo zo hirya no hino na cane cane iz'i Burundi, mu Rwanda na Tanzaniya.

Agahogo k'Abarundi
Inyarwanda
Indirimbo zo muri Tanzania (Bongo Flava)
Hirya no hino
Lyrics: Amajambo y'indirimbo

Mpore ma


Umve muvyeyi wa jewe
Wa musi ndakubarira
Nti ejo aho bukera
Inkoko ni yo ngoma
Nti buca ngenda i Manamba
Amagorwa ni menshi

Mpore mpore mpore ma
Mpore mpore mpore ma
Mpore mpore mpore ma
Mpore mpore mpore ma

Amajambo wambarira
Hamwe musi y'inama
Mbega mfura yanje
Urampevye uragiye
Ari we nari nizeye
Mbe nzoyaga nande

Nande

Mpore mpore mpore ma
Mpore mpore mpore ma
Mpore mpore mpore ma
Mpore mpore mpore ma

Ndakwumva ndagukunda

Egome impinga ni ndende
Ntawuhora aho yabaye
Uwamubonye yomugaya
Ninakira nzogaruka
Ninapfa naho bazota
Nta si ibayo ngo idahamba

Yego

Mpore mpore mpore ma
Mpore mpore mpore ma
Mpore mpore mpore ma
Mpore mpore mpore ma

Ndagukanga [...]
Ndagukanga ngo agaca ka Nabucocera [...]
Mwiriwe [...]
Kira kira kira kira kira

Nkumbuye kuja mu Burundi
Nkumbuye mwene data
Ramutsa mwene mama
Ti ka kajambo mwayaga
Yashize muri ntibate
Kamugumye ku mushasha

Yoho

Mpore mpore mpore ma
Mpore mpore mpore ma
Mpore mpore mpore ma
Mpore mpore mpore ma


Bahaga
Bahaga